Vyandikwa na Millecent Zighe Abagore n’abigeme bahunga intureka ya politike mu Burundi bahura n’ingorane z’amabi y’’ugufatwa ku nguvu n’ayandi mabi...
Vyandikwa na Millicent Zighe, Urukurikirane rw’iturika ry’ama grenades rwahitanye abantu babiri(2) bitavy’imana, hongera hakomereka abashika muringo ibiri n’abatatu(23) mu mihingo...
Vyandikwa na Millicent Zighe Leta y’uburundi isabwa ubudahengeshanya kurekura impfungwa za politique, uhereye kubahejeje umunyororo, abejejwe n’ubutungane ariko abo bose...
Vyandikwa na Millicent : Nairobi. Ubwicanyi, guhohotera, kunyuraza abantu bakagenda amazimayongo nivyo bigize urudandaza rw’umurwi winkorabara wegamiye umugambwe « Inama y’igihugu y’ukugwanira...
Kugira hakingwe igitero coshobora kuzanana mu gihugu kibanyi ca Congo, kure y’imigwi yafashe ibirwanisho, Gitega iri hagati mu gihugu ibaye...
Vyandikwa na Millicent Zighe Ubwicanyi, guhohotera, kunyuraza abantu bakagenda amazimayongo nivyo bigize urudandaza rw’umurwi winkorabara wegamiye umugambwe « Inama y’igihugu y’ukugwanira...
Ukwezi kuraheze Reta y’Urwanda itanguye guha impapuro z’inzira impunzi zahungiye muri ico gihugu cane cane Abarundi. Mu zimase gutangwa zirenga...
Abarundi bateshejwe izabo bo muri site ya Ruhororo mu ntara ya Ngozi m’uburaruko bw’igihugu barahagaritswe umutima n’amajambo yiterabwoba avugwa n’abajejwe...
Arusha italike 18 Ntwarante Amashirahamwe y igenga yahagaritswe azomenyeshwa urwaciwe mu minsi mirongo itandatu (60), mugihe abacamanza ba sentare ya...
Inyuma y’aho ishirahamwe mpuzamakungu Handicap International, rifasha abagendana ubumuga rihagarikiye ibikorwa vyaryo mu Burundi, abashingamateka barashikirije amakenga bafise ku banyeshure...