Icegeranyo c’abahinga ba ONU carungikiwe inama nkuru y’umutekano ya ONU kuwa 18 Kigarama 2018 kiratuga urutoke Leta y’Uburundi mw’ihungabanywa ry’umutekano...
Ikigo citwa Réseau Africain pour la Paix, la Réconciliation et le Développement Durable mu rurimi rw’igifaransa, kizwi nka “Centre Gir’Ubuntu” ...
Abarongozi b’igihugu c’u Burundi baragabisha ikinyamakuru c’abongereza BBC bakamenyesha ko bagiye kucitwarira mu butungane inyuma y’aho gishiriye ahabona ireresi yerekana...
Mu gihe arongoye Reta yagirizwa ubwicanyi ndengerabutungane n’ubwicanyi bw’agahomeramunwa, CPI ikaba iriko iyigirako amatohoza, Petero Nkurunziza yasubiye gushira ahabona idosiye...
Kuva mu mwaka w’i 2015, amashirahamwe meshi aharanira agateka ka zina kiremwa muntu ntahengeshanya kwiyamiriza urudandazwa rw’abigeme n’amapfasoni bajanwa gukoreshwa...
Mw’isengesho ryo kurangiza igikorane c’umuryango w’umukuru w’igihugu cari categuwe kuva ku wa 26 gushika ku wa 30 kigarama, i Ngozi,...
Since 23 December 2018, a standoff has been waged between the African Union Commission and Burundi over the decision to...
Urwandiko rwa John Fisher ku bw’ishirahamwe Human Rights Watch imbere y’inama nkuru y’agateka ka zina muntu mu munyango mpuzamakungu ONU,...
Intumbero yatanzwe n'umukuru w'igihugu ku wa 11 Kigarama 2018, i Muramvya munama yagiraniye n'abarongoye intara. Bari baramutse barabira hamwe ivyashitsweko...
Inyuma yaho Reta y’u Burundi imenyeshereje ko yiteze intererano y'imiriyaridi 5 za ma faranga y'amarundi ku mwaka ku mwaka ku...