IFatwa kunguvu ry’abagore n’abigeme riri kumurindi ukomeye ku mpuzi z’abarundi
Vyandikwa na Millecent Zighe Abagore n’abigeme bahunga intureka ya politike mu Burundi bahura n’ingorane z’amabi y’’ugufatwa ku nguvu n’ayandi mabi…
Vyandikwa na Millecent Zighe Abagore n’abigeme bahunga intureka ya politike mu Burundi bahura n’ingorane z’amabi y’’ugufatwa ku nguvu n’ayandi mabi…
Ukwezi kuraheze Reta y’Urwanda itanguye guha impapuro z’inzira impunzi zahungiye muri ico gihugu cane cane Abarundi. Mu zimase gutangwa zirenga…
Abarundi bateshejwe izabo bo muri site ya Ruhororo mu ntara ya Ngozi m’uburaruko bw’igihugu barahagaritswe umutima n’amajambo yiterabwoba avugwa n’abajejwe…
Ikigo citwa Réseau Africain pour la Paix, la Réconciliation et le Développement Durable mu rurimi rw’igifaransa, kizwi nka “Centre Gir’Ubuntu” …