Skip to content
Wednesday, Jun 03, 2026

Intahe

Burundians Speak Truth to Power

  • Featured Post
  • Editors Picks
  • Press Freedom
  • Refugee Camps

Category: Ihungabana ry'agateka kazina muntu

IFatwa kunguvu ry’abagore n’abigeme riri kumurindi ukomeye  ku mpuzi z’abarundi
Amakambi y'impunziIhungabana ry'agateka kazina muntuInkuru nyamukuru

IFatwa kunguvu ry’abagore n’abigeme riri kumurindi ukomeye ku mpuzi z’abarundi

Vyandikwa na Millecent Zighe Abagore n’abigeme bahunga intureka ya politike mu Burundi bahura n’ingorane z’amabi y’’ugufatwa ku nguvu n’ayandi mabi…

byIntahe AdminJune 2, 2019June 2, 2019
Iturika ry’ama grenades vyimonogoje birahungabanya agahengwe   k’umutekano muke  kari gasanzwe Gateye amakenga
Ihungabana ry'agateka kazina muntuInkuru igezweho

Iturika ry’ama grenades vyimonogoje birahungabanya agahengwe k’umutekano muke kari gasanzwe Gateye amakenga

Vyandikwa na  Millicent Zighe, Urukurikirane rw’iturika ry’ama grenades rwahitanye abantu babiri(2) bitavy’imana, hongera hakomereka abashika muringo ibiri n’abatatu(23) mu mihingo…

byIntahe AdminJune 2, 2019June 2, 2019
Abapfungiwe Politike basabirwa kurekurwa gutyo  n’amabohero yuzuye  akoroherwa.
Ihungabana ry'agateka kazina muntuInkuru nyamukuruIterabwoba rifatiye kuri poritike

Abapfungiwe Politike basabirwa kurekurwa gutyo n’amabohero yuzuye akoroherwa.

Vyandikwa na  Millicent Zighe Leta y’uburundi isabwa  ubudahengeshanya  kurekura impfungwa za politique, uhereye  kubahejeje  umunyororo, abejejwe n’ubutungane ariko abo bose…

byIntahe AdminMay 25, 2019May 27, 2019
Ubukozi bw’iki n’iterabwoba nivyo bisigura umurwi w’inkorabara wegamiye leta, Imbonerakure
Ihungabana ry'agateka kazina muntuIterabwoba rifatiye kuri poritikeUmu-kuru ama-kuru

Ubukozi bw’iki n’iterabwoba nivyo bisigura umurwi w’inkorabara wegamiye leta, Imbonerakure

Vyandikwa na Millicent : Nairobi. Ubwicanyi, guhohotera, kunyuraza abantu bakagenda amazimayongo nivyo  bigize urudandaza  rw’umurwi winkorabara wegamiye umugambwe  « Inama y’igihugu y’ukugwanira…

byIntahe AdminMay 22, 2019May 22, 2019
Ubukozi bw’iki n’iterabwoba nivyo bisigura umurwi w’inkorabara wegamiye leta, Imbonerakure.
Ihungabana ry'agateka kazina muntuIterabwoba rifatiye kuri poritikeIvyatororokanijwe n’umwanditsi

Ubukozi bw’iki n’iterabwoba nivyo bisigura umurwi w’inkorabara wegamiye leta, Imbonerakure.

Vyandikwa na Millicent Zighe Ubwicanyi, guhohotera, kunyuraza abantu bakagenda amazimayongo nivyo  bigize urudandaza  rw’umurwi winkorabara wegamiye umugambwe  « Inama y’igihugu y’ukugwanira…

byIntahe AdminMay 4, 2019May 10, 2019
Impapuro z’inzira ku mpunzi z’abarundi, urupfunguruzo rw’ubuzima
Amakambi y'impunziIhungabana ry'agateka kazina muntuIvyatororokanijwe n’umwanditsi

Impapuro z’inzira ku mpunzi z’abarundi, urupfunguruzo rw’ubuzima

Ukwezi kuraheze  Reta y’Urwanda itanguye guha impapuro z’inzira impunzi zahungiye muri ico gihugu cane cane Abarundi. Mu zimase gutangwa zirenga…

byIntahe AdminMay 3, 2019May 4, 2019
Abateshejwe izabo bo muri site ya Ruhororo bariko baterwa ubwoba n’abajejwe intwaro
Amakambi y'impunziIhungabana ry'agateka kazina muntuIvyatororokanijwe n’umwanditsi

Abateshejwe izabo bo muri site ya Ruhororo bariko baterwa ubwoba n’abajejwe intwaro

Abarundi bateshejwe izabo bo muri site ya Ruhororo mu ntara ya Ngozi m’uburaruko bw’igihugu barahagaritswe umutima n’amajambo yiterabwoba avugwa n’abajejwe…

byIntahe AdminMay 2, 2019May 4, 2019
Amashirahamwe yigenda yahagaritswe azomenya  urwaciwe muminsi  mirongo itandatu(60).
Ihungabana ry'agateka kazina muntuInkuru igezwehoIterabwoba rifatiye kuri poritikeUbwigenge bwo kumenyesha amakuru

Amashirahamwe yigenda yahagaritswe azomenya urwaciwe muminsi mirongo itandatu(60).

Arusha italike 18 Ntwarante Amashirahamwe y igenga yahagaritswe azomenyeshwa urwaciwe mu minsi mirongo itandatu (60), mugihe abacamanza ba sentare ya…

byIntahe AdminMarch 20, 2019May 6, 2019
Abagendana ubumuga ntibagira ayo bacira nayo bamira
Ihungabana ry'agateka kazina muntuInkuru nyamukuruIterabwoba rifatiye kuri poritike

Abagendana ubumuga ntibagira ayo bacira nayo bamira

Inyuma y’aho ishirahamwe mpuzamakungu Handicap International, rifasha abagendana ubumuga rihagarikiye ibikorwa vyaryo mu Burundi,  abashingamateka barashikirije amakenga bafise ku banyeshure…

byIntahe AdminFebruary 22, 2019February 24, 2019
“Reta y’u Burundi ishaka gutera intambara mu karere k’ibiyaga binini kose”
Ihungabana ry'agateka kazina muntu

“Reta y’u Burundi ishaka gutera intambara mu karere k’ibiyaga binini kose”

Icegeranyo c’abahinga ba ONU carungikiwe inama nkuru y’umutekano ya ONU kuwa 18 Kigarama 2018 kiratuga urutoke Leta y’Uburundi mw’ihungabanywa ry’umutekano…

byIntahe AdminFebruary 20, 2019February 20, 2019

Posts pagination

1 2 Next

Copyright © 2026 Intahe. All Rights Reserved. | Premier News by Ascendoor | Powered by WordPress.