Ubukozi bw’iki n’iterabwoba nivyo bisigura umurwi w’inkorabara wegamiye leta, Imbonerakure
Vyandikwa na Millicent : Nairobi. Ubwicanyi, guhohotera, kunyuraza abantu bakagenda amazimayongo nivyo bigize urudandaza rw’umurwi winkorabara wegamiye umugambwe « Inama y’igihugu y’ukugwanira…