Gitega, umurwa mukuru wa poritike w’u Burundi
Kugira hakingwe igitero coshobora kuzanana mu gihugu kibanyi ca Congo, kure y’imigwi yafashe ibirwanisho, Gitega iri hagati mu gihugu ibaye…
Kugira hakingwe igitero coshobora kuzanana mu gihugu kibanyi ca Congo, kure y’imigwi yafashe ibirwanisho, Gitega iri hagati mu gihugu ibaye…
Vyandikwa na Millicent Zighe Ubwicanyi, guhohotera, kunyuraza abantu bakagenda amazimayongo nivyo bigize urudandaza rw’umurwi winkorabara wegamiye umugambwe « Inama y’igihugu y’ukugwanira…
Ukwezi kuraheze Reta y’Urwanda itanguye guha impapuro z’inzira impunzi zahungiye muri ico gihugu cane cane Abarundi. Mu zimase gutangwa zirenga…
Abarundi bateshejwe izabo bo muri site ya Ruhororo mu ntara ya Ngozi m’uburaruko bw’igihugu barahagaritswe umutima n’amajambo yiterabwoba avugwa n’abajejwe…