Vyandikwa na Millicent Zighe Ubwicanyi, guhohotera, kunyuraza abantu bakagenda amazimayongo nivyo bigize urudandaza rw’umurwi winkorabara wegamiye umugambwe « Inama y’igihugu y’ukugwanira...
Read moreUkwezi kuraheze Reta y’Urwanda itanguye guha impapuro z’inzira impunzi zahungiye muri ico gihugu cane cane Abarundi. Mu zimase gutangwa zirenga...
Read moreAbarundi bateshejwe izabo bo muri site ya Ruhororo mu ntara ya Ngozi m’uburaruko bw’igihugu barahagaritswe umutima n’amajambo yiterabwoba avugwa n’abajejwe...
Read moreArusha italike 18 Ntwarante Amashirahamwe y igenga yahagaritswe azomenyeshwa urwaciwe mu minsi mirongo itandatu (60), mugihe abacamanza ba sentare ya...
Read moreInyuma y’aho ishirahamwe mpuzamakungu Handicap International, rifasha abagendana ubumuga rihagarikiye ibikorwa vyaryo mu Burundi, abashingamateka barashikirije amakenga bafise ku banyeshure...
Read moreIcegeranyo c’abahinga ba ONU carungikiwe inama nkuru y’umutekano ya ONU kuwa 18 Kigarama 2018 kiratuga urutoke Leta y’Uburundi mw’ihungabanywa ry’umutekano...
Read moreKuva mu mwaka w’i 2015, amashirahamwe meshi aharanira agateka ka zina kiremwa muntu ntahengeshanya kwiyamiriza urudandazwa rw’abigeme n’amapfasoni bajanwa gukoreshwa...
Read more